6- 12 Ruheshi
ZABURI 34-37
Ururirimbo rwa 95 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Niwizigire Yehova, ukore iciza”: (Imin. 10)
Zb 37:1, 2
—Gumiza umutima ku gikorwa urangurira Yehova ntusamazwe n’uko abanyakibi basa n’abatunganiwe (w03 1/12 9-10 ing. 3-6) Zb 37:3-6
—Niwizigire Yehova, ukore iciza maze uhezagirwe (w03 1/12 10-12 ing. 7-15) Zb 37:7-11
—Rindira wihanganye igihe Yehova azokuraho abanyakibi (w03 1/12 13 ing. 16-20)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Zb 34:18
—Yehova afata gute “ab’umutima umenetse” n’“abajanjaguritse mu mutima”? (w11 1/6 19) Zb 34:20
—Ubu buhanuzi bwarangukiye gute kuri Yezu? (w13 15/12 21 ing. 19) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 35:19–36:12
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Guhana ijambo. Kuri buri buryo bwo gutanguza ibiyago, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Nuremeshe abamamaji kwitegurira uburyo bwabo bwo gutanguza ibiyago.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro
—Koresha amavidewo mu kwigisha”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Kugira werekane ingene twokurikiza ivyiyumviro biri ku gatwe kavuga ngo “Uko wobigira,” koresha akavidewo ko kuri jw.org kitwa Bibiliya ikomoka kuri nde? (Raba ahavuga ngo IVYASOHOWE > IBITABU N’UDUTABU. Ca urondera agatabu Inkuru nziza. Ako kavidewo kari ku cigwa kivuga ngo “Iyo nkuru nziza yoba vy’ukuri iva ku Mana?”) Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 17 ing. 1-13
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 61 n’isengesho