Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | LUKA 1

Niwigane ukwicisha bugufi kwa Mariya

Niwigane ukwicisha bugufi kwa Mariya

Yehova yaracaguye Mariya amutera agateka k’imbonekarimwe, kuko yari afise ukwicisha bugufi kudasanzwe

1:38, 46-55

Amajambo ya Mariya yerekana gute ko yari afise . . .

  • ukwicisha bugufi?

  • ukwizera gukomeye?

  • ubumenyi bw’ivyanditswe?

  • ugukenguruka?