18-24 Ruheshi
LUKA 2-3
Ururirimbo rwa 133 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Rwaruka, mwoba muriko murakomeza ukwizera kwanyu?”: (Imin. 10)
Lk 2:41, 42—Yezu yarajanye n’abavyeyi biwe ku musi mukuru wa Pasika waba buri mwaka (nwtsty amakuru adufasha kwiga Lk 2:41)
Lk 2:46, 47—Yezu yarumvirije abakuru b’idini yongera arababaza ibibazo (nwtsty amakuru adufasha kwiga)
Lk 2:51, 52—Yezu “[y]aguma ayobokera” abavyeyi biwe, bituma ashimwa n’Imana n’abantu (nwtsty amakuru adufasha kwiga)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Lk 2:14—Uyu murongo usobanura iki? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)
Lk 3:23—Se wa Yozefu yari nde? (wp16.3 9 ing. 1-3)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lk 2:1-20
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Hera ku gace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago. Nuce wishura ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu.
Akavidewo ka usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.
Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) w14 15/2 26-27—Umutwe: Ni imvo izihe Abayuda bo mu kinjana ca mbere bari bafise zo ‘kwitega’ Mesiya?
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Bavyeyi, nimufashe abana banyu gukorera Yehova”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Ntibagishije akaryo na kamwe.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 25
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 17 n’isengesho