Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | LUKA 2-3

Rwaruka, mwoba muriko murakomeza ukwizera kwanyu?

Rwaruka, mwoba muriko murakomeza ukwizera kwanyu?

Kuva mu bwana, Yezu yaratanze akarorero keza mu kwitaho ivy’impwemu no mu kwubaha abavyeyi biwe

Rwaruka, mwokwigana gute Yezu muri iyi mice ikurikira?