Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

25 Ruheshi–1 Mukakaro

LUKA 4-5

25 Ruheshi–1 Mukakaro

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Nunanire inyosha mbi nka kumwe kwa Yezu”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Lk 4:17​—Ni igiki cerekana ko Yezu yari azi neza Ijambo ry’Imana? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Lk 4:25​—Uruzuba rwo mu gihe ca Eliya rwamaze igihe kingana iki? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lk 4:31-44

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago. Nuce umusigira agakarata ka JW.ORG.

  • Usubiyeyo ubwa gatatu: (Imin. 3 canke idashika) Ihitiremwo icanditswe wokoresha, hanyuma ushikirize igitabu canke agatabu dukoresha mu kuyobora inyigisho.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) jl icigwa ca 28

UBUZIMA BW’UMUKIRISU