Ingene twotanguza ibiyago
●○○MUGIHURA
Ikibazo: Twoba turi mu misi ya nyuma?
Icanditswe: 2Tm 3:1-5
Ubukurikira: Imisi ya nyuma niyarangira ibintu bizomera gute?
○●○USUBIYEYO UBWA MBERE
Ikibazo: Imisi ya nyuma niyarangira ibintu bizomera gute?
Icanditswe: Ivy 21:3, 4
Ubukurikira: Twokora iki kugira tuzoronke ivyo Imana yasezeranye?
○○●USUBIYEYO UBWA KABIRI
Ikibazo: Twokora iki kugira tuzoronke ivyo Imana yasezeranye?
Icanditswe: Yoh 3:16
Ubukurikira: Kwizera bisobanura iki?