Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

10-16 Ruheshi

ABANYEFESO 1-3

10-16 Ruheshi

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ubuyobozi bwa Yehova be n’ivyo bukora”: (Imin. 10)

    • [Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu c’Abanyefeso.]

    • Ef 1:8, 9​—“Rya banga ryeranda” ryerekeye Ubwami bwa Mesiya (it-2 858 ing. 2)

    • Ef 1:10​—Yehova ariko aratuma ibiremwa vyiwe vyose bifise ubwenge vyunga ubumwe (w12 15/7 27-28 ing. 3-4)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ef 3:13​—Ni mu buryo ki amakuba Paulo yaciyemwo “[y]asobanura ubuninahazwa” ku bakirisu b’i Efeso? (w13 15/2 28 ing. 15)

    • Ef 3:19​—Dushika gute ku kumenya “urukundo rwa Kristu”? (cl 299 ing. 21)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ef 1:1-14 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 1)

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nutsinde ivyohagarika ikiyago. (th icigwa ca 3)

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura, uce umwereka kimwe mu bitabu tuyoboramwo inyigisho. (th icigwa ca 9)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU