Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ABANYEFESO 4-6

“Mwambare umwambaro ukwiye w’ibirwanisho biva ku Mana”

“Mwambare umwambaro ukwiye w’ibirwanisho biva ku Mana”

6:11-17

Intumwa Paulo yagereranije abakirisu n’abasoda bari ku rugamba. Abo turwana ni “ibinyankomezi vy’impwemu vy’ibibisha.” Naho womenga turi ba goyigoyi kandi batagira gitabara, igihe “[twambaye] umwambaro ukwiye w’ibirwanisho biva ku Mana,” turashobora gutsinda urwo rugamba dufashijwe na Yehova.

Vuga izina ry’ikirwanisho kimwekimwe cose be n’ico gisobanura

IVYO KUZIRIKANAKO: Umwambaro wanje w’ibirwanisho woba ukwiye?