24-30 Ruheshi
ABAFILIPI 1-4
Ururirimbo rwa 33 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ntimwiganyire ku kintu na kimwe”: (Imin. 10)
[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu c’Abafilipi.]
Fp 4:6—Nushire mu masengesho ibikuraje ishinga (w17.08 10 ing. 10)
Fp 4:7—Nureke “amahoro y’Imana” akuzigame (w17.08 10 ing. 7; 12 ing. 16)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Fp 4:10-23 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.
Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo ubwa kabiri. (th icigwa ca 4)
Inyigisho: (Imin. 5 canke idashika) fg icigwa ca 6 ing. 3-4 (th icigwa ca 8)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Woba utwarwa cane n’ubuhinga bwa none?: (Imin. 5) Erekana iyo videwo. Nimuce mwishura ibi bibazo: Utwuma two mu buhinga bwa none tudufasha mu biki? Igihe tubaye abaja b’utwo twuma bitugirako ingaruka izihe? Womenya gute ko usigaye uri umuja watwo? Ni ibiki wokora kugira “[wi]yemeze neza ibihambaye kuruta ibindi ivyo ari vyo”? (Fp 1:10)
“Hitamwo neza uburyo bwo kwisamaza”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Erekana ividewo Ni ukwisamaza nyabaki nkwiye guhitamwo?
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 72
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 76 n’isengesho