Musa na Aroni imbere ya Farawo

AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Ruheshi 2020

Ingene twotanguza ibiyago

Ibiyago bivuga ibijanye n’iherezo ry’ivy’iyi si mbi.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yozefu arababariye bene wabo

Akarorero ka Yozefu kokwigisha iki ku bijanye n’ukubabarira abandi?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Inzara turabaza

Naho muri iyi si hari inzara y’ivy’impwemu, ni hehe wokura ibifungurwa vy’impwemu vyinshi?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Abitereye mu myaka barafise vyinshi boyagira abandi

Ni gute abitereye mu myaka batubera uburorero bw’ukwizera?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ni ibiki twokwigira ku bakirisu b’inararibonye?

Twokwungukira gute ku Vyabona vya Yehova b’inararibonye?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

“Nzocika ico nzocika”

Ni gute insobanuro y’izina ry’Imana igira ico igukozeko?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

“Nzobana n’akanwa kawe”

Akarorero ka Musa kogufasha gute gutsinda ubwoba igihe wamamaza?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ingene twokoresha uburyo bwo gutanguza ibiyago

Wokoresha gute uburyo bwo gutanguza ibiyago buri mu gatabu k’ikoraniro igihe ushikiriza ikiganiro c’umunyeshure be no mu ndimiro?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Urashobora kwamamaza no kwigisha

Ni hehe wokura inkomezi be n’umutima rugabo kugira wamamaze wongere wigishe?