1-7 Ruheshi
ITANGURIRO 44-45
Ururirimbo rwa 130 n’isengesho
Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yozefu ababarira benewabo”: (Imin. 10)
It 44:1, 2—Yozefu yaragejeje benewabo kugira arabe ko bahindutse (w15 1/5 14-15)
It 44:33, 34—Yuda yaringinze Yozefu ngo arekure Benyamini
It 45:4, 5—Yozefu yariganye Yehova mu kubabarira benewabo
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) It 45:1-15 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Niwijukire gusoma no kwigisha: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Gushikiriza amakuru yigisha, muce muganira ku cigwa ca 18 c’agatabu Kwigisha.
Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w06 1/2 31—Umutwe: Yozefu yoba yarakoresha igikombe c’ifeza kidasanzwe mu kuvuga ibizoba, nk’uko mw’Itanguriro 44:5, 15 hasa n’ahavyerekana? (th icigwa ca 18)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 10)
Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 5) Erekana ividewo yo muri Ruheshi ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 117
Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)
Ururirimbo rwa 19 n’isengesho