Bashiki bacu bo muri Endoneziya bariko barakoresha agatabu Niwumvirize Imana.

AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Ruhuhuma 2016

Ingene twotanguza ibiyago

Ivyiyumviro vy’ingene twoshikiriza Be maso! be na Niwumvirize Imana. Ufatiye kuri ubwo burorero niwitegurire uburyo bwawe.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nehemiya yarakunda ugusenga kw’ukuri

Raba umwete yari afise mu gusubira kwubaka impome za Yeruzalemu no mu guteza imbere ugusenga kw’ukuri. (Nehemiya 1-4)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nehemiya yari umuhagarikizi adasanzwe

Yarafashije Abisirayeli guhimbarwa n’ugusenga kw’ukuri. Niwihe ishusho y’ibintu vyabaye i Yeruzalemu mu kwezi kwa Tishiri 455 imbere ya Kristu. (Nehemiya 8:1-18)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Abasavyi b’Imana b’abizigirwa barashigikira intunganyo za gitewokarasi

Mu gihe ca Nehemiya abasavyi ba Yehova barashigikiye babikunze ugusenga kw’ukuri mu buryo butandukanye. (Nehemiya 9-11)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ubuzima bwiza kuruta ubundi bwose

Abakiri bato bari mw’ishirahamwe rya Yehova barafise uturyo twinshi two guhimbarwa mu buzima. Koresha ibibazo mu kuganira kuri iyo videwo.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ivyigwa ngirakamaro dusanga mu gitabu ca Nehemiya

Raba umwete Nehemiya yari afise mu kuburanira ugusenga kw’ukuri. (Nehemiya 12-13)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Nutumire uwo ari we wese mu cibare cawe ku Cibutso

Uburyo bwo gushikiriza ubutumire bw’Icibutso mu 2016. Kurikiza intambwe zerekanywe kugira witwararike abashimishijwe.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Esiteri yaraburaniye abasavyi b’Imana

Raba ukuntu yari afise umutima rugabo udasanzwe mu kuburanira abasavyi ba Yehova. (Esiteri 1-5)