Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | NEHEMIYA 1-4

Nehemiya yarakunda ugusenga kw’ukuri

Nehemiya yarakunda ugusenga kw’ukuri

455 M.K.

  1. Nisani (Ntwar./Ndam.)

    2:4-6 Nehemiya arasaba uruhusha kugira aje gusubira kwubaka Yeruzalemu, intimatima y’ugusenga kw’ukuri mu gihe ciwe

  2. Iyari

  3. Sivani

  4. Tamuzi (Ruh./Muk.)

    2:11-15 Nehemiya yoba yarashitse muri uku kwezi maze agasuzuma uruhome rw’igisagara

  5. Abi (Muk./Myand.)

    3:1; 4:7-9 Ubwubatsi buratangura naho hari intambamyi

  6. Eluli (Myand./Nyak.)

    6:15 Haciye imisi 52, uruhome rurarangira kwubakwa

  7. Tishiri