Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

22-28 Ruhuhuma

NEHEMIYA 12-13

22-28 Ruhuhuma

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Umwamamaji nahe ubutumire bw’Icibutso umuntu asa n’uwutashimishijwe.

  • Mugihura: (Imin. 4 canke idashika) Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji aha ubutumire bw’Icibutso n’Umunara w’Inderetsi umuntu yashimishijwe vy’ukuri. Nacire inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) Nusigurire inyigisho yawe ibijanye n’Icibutso ukoresheje igitabu Ivyo Bibiliya yigisha, ku rup. 206-208. Numubwire ico uzomufasha kugira yitabe Icibutso.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 5

  • Nutumire uwo ari we wese mu cibare cawe ku Cibutso”: (Imin. 15) Guhanahana ijambo. Sigura ingene ishengero ryanyu rizohetura icibare caryo. Igihe muganira ahavuga ngo “Ivyo wokora,” nimurabe ividewo ijanye n’Icibutso. Nuremeshe bose kugira uruhara bimwe bishitse mw’isekeza no kuguma bagendera uwo wese yagaragaje ugushimishwa. Nimugire umwerekano.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 9 ing. 14-24, n’isubiramwo ry’ikigabane (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 147 n’isengesho