Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | NEHEMIYA 5-8

Nehemiya yari umuhagarikizi adasanzwe

Nehemiya yari umuhagarikizi adasanzwe

Tishiri 455 M.K.

8:1-18

  1. Biboneka ko ico gihe ariho Nehemiya yasaba abantu guhurira hamwe ku bw’ugusenga kw’ukuri

  2. Vyatumye haba akanyamuneza kenshi

  3. Abakuru b’imiryango barahuriye hamwe kugira barabe ingene borushiriza gukurikiza neza Itegeko ry’Imana

  4. Bariteguriye guhimbaza Umusi mukuru w’insago