13-19 Ruhuhuma
YESAYA 52-57
Ururirimbo rwa 148 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Kristu yababajwe ku bwacu”: (Imin. 10)
Yes 53:3-5
—Yarasuzuguwe yongera arajanjagurwa azira amakosa yacu (w09 15/1 26 ing. 3-5) Yes 53:7, 8
—Yaratanze ubuzima bwiwe abikunze ku bwacu (w09 15/1 27 ing. 10) Yes 53:11, 12
—Turashobora kwitwa abagororotsi kubera ko yagumye ari intahemuka gushika ku rupfu (w09 15/1 28 ing. 13)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Yes 54:1
—“Umugore w’ingumba” avugwa muri ubwo buhanuzi ni nde? “Abana” biwe na bo ni bande? (w06 15/3 11 ing. 2) Yes 57:15
—Ni mu buryo ubuhe Yehova ‘abana n’abajanjaguwe, baciye bugufi’? (w05 15/10 26 ing. 3) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yes 57:1-11
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) fg icigwa 7 ing. 1
Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) fg icigwa 7 ing. 3
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa 7, ing. 7-8
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nufashe abana bawe barushirize kwizera Umuremyi”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana akavidewo Ivyo urunganwe rwawe ruvuga
—Kwemera Imana. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 8 ing. 8-13, n’uruzitiro “Ibintu bisohorwa cane kuruta ibindi kw’isi”
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 107 n’isengesho