6-12 Ruhuhuma
YESAYA 47-51
Ururirimbo rwa 120 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Kugamburukira Yehova bituzanira imihezagiro”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Yes 49:6
—Ko ubusuku Mesiya yaranguriye kw’isi bwagarukiye ku Bisirayeli, ni mu buryo ki Mesiya ari “umuco w’amahanga”? (w07 15/1 9 ing. 8) Yes 50:1
—Kubera iki Yehova yabajije Abisirayeli ati: “Kiri hehe none icete c’ukwahukana ca nyoko wanyu?” (it-1 660 ing. 4-5) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yes 51:12-23
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Ikiganiro c’uguhana ijambo gishingiye ku gice kivuga ngo “Ingene twotanguza ibiyago.” Kuri buri buryo, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Nuremeshe abamamaji kwitegurira uburyo bwabo bwo gutanguza ibiyago.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 7) Murashobora kuganira ku vyigwa dukura mu Gitabu c’umwaka. (yb16 144-145)
Nube umugenzi wa Yehova
—Nugamburukire Yehova: (Imin. 8) Guhana ijambo. Nimuhere ku kuraba akavidewo Nube umugenzi wa Yehova —Nugamburukire Yehova. Nimuce muganira kuri ibi bibazo: Ni imvo nyamukuru iyihe ikwiye gutuma tugamburukira Yehova? (Img 27:11) Abana bogamburukira Yehova gute? Abakuze na bo bogamburukira Yehova gute? Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 8 ing. 1-7, n’uruzitiro “Inkuru nziza mu ndimi zirenga 670”
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 98 n’isengesho