Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago

●○○ MUGIHURA

Ikibazo: Bibiliya yoba igihuje n’igihe tugezemwo?

Icanditswe: 2Tm 3:16

Ubukurikira: Bibiliya yoba ihuza na siyansi?

○●○ USUBIYEYO UBWA MBERE

Ikibazo: Bibiliya yoba ihuza na siyansi?

Icanditswe: Yb 26:7

Ubukurikira: Impanuro Bibiliya itanga zoba ari ngirakamaro?

○○● USUBIYEYO UBWA KABIRI

Ikibazo: Impanuro Bibiliya itanga zoba ari ngirakamaro?

Icanditswe: Img 14:30

Ubukurikira: Bibiliya yoba ivuga ivya kazoza itihenda?