Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

12-18 Ruhuhuma

MATAYO 14-15

12-18 Ruhuhuma

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Kugaburira benshi biciye kuri bake”: (Imin. 10)

    • Mt 14:16, 17​—Abigishwa ba Yezu bari bafise imikate itanu n’udufi tubiri gusa (w13 15/7 15 ing. 2)

    • Mt 14:18, 19​—Yezu yaragaburiye isinzi ry’abantu abicishije ku bigishwa biwe (w13 15/7 15 ing. 3)

    • Mt 14:20, 21​—Abantu ibihumbi barungukiye kuri ico gitangaro ca Yezu (“hatarimwo abagore n’abana batoyi” amakuru adufasha kwiga Mt 14:21, nwtsty; w13 15/7 15 ing. 1)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Mt 15:7-9​—Kubera iki dukwiye kwirinda ubwiyorobetsi? (abiyorobetsi” amakuru adufasha kwiga Mt 15:7, nwtsty)

    • Mt 15:26​—Yezu yoba yashaka kuvuga iki igihe yavuga ngo “utubwa”? (“abana . . . utubwa” amakuru adufasha kwiga Mt 15:26, nwtsty)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 15:1-20

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) w15 15/9 16-17 ing. 14-17​—Umutwe: Duhange amaso Yezu kugira ukwizera kwacu gukomere.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 135

  • Nube umugenzi wa Yehova​—Kurondera abagenzi: (Imin. 7) Erekana ako kavidewo. Nuce usaba abana wateguye imbere y’igihe baze ku mukiruruko, ubabaze ibi bibazo: Kubera iki mukwiye kugira abagenzi bakunda Yehova? Ni ibiki mushobora kubigirako?

  • Tera iteka so na nyoko”: (Imin. 8) Guhana ijambo. Erekana akavidewo kavuga ngo Noyagisha gute abavyeyi banje?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 8

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 148 n’isengesho