5-11 Ruhuhuma
MATAYO 12-13
Ururirimbo rwa 27 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ikigereranyo c’ingano n’icatsi kibi”: (Imin. 10)
Mt 13:24-26—Umuntu yabivye imbuto nziza mw’itongo ryiwe, umwansi wiwe na we aca abibamwo icatsi kibi (w13 15/7 9-10 ing. 2-3)
Mt 13:27-29—Ingano n’icatsi kibi vyarakuranye gushika mw’iyimbura (w13 15/7 10 ing. 4)
Mt 13:30—Mw’iyimbura, abashwabuzi babanje kwegeranya icatsi kibi mu nyuma na ho begeranya ingano (w13 15/7 12 ing. 10-12)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Mt 12:20—Twokwigana gute impuhwe za Yezu? (“urutambi ruyenga” amakuru adufasha kwiga Mt 12:20, nwtsty)
Mt 13:25—Vyoba ari ivy’ukuri yuko mu bihe vya kera umuntu yubahuka kubiba ivyatsi bibi mu murima w’abandi? (w16.10 32)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 12:1-21
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Akavidewo ka mugihura: (Imin. 4) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.
Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago.
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bhs 22-23 ing. 10-12
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)
“Ibigereranyo vyerekeye Ubwami n’ico bitwigisha”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Raba ingene ivyo bigereranyo bikwiye gutuma tubona igikorwa co mu ndimiro.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 7
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 10 n’isengesho