Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ibigereranyo vyerekeye Ubwami n’ico bitwigisha

Ibigereranyo vyerekeye Ubwami n’ico bitwigisha

Yezu yakoresha ibigereranyo bisanzwe kugira ngo yigishe ivyigwa vyimbitse vyo mu vy’impwemu. Ariko rero abantu bicisha bugufi ni bo bonyene barondera gutahura no gushira mu ngiro ivyo yigisha. (Mt 13:10-15) Kuri kimwekimwe muri ibi bigereranyo vy’Ubwami, niwishure ibi bibazo: Nokwungukira gute kuri iki kigereranyo? Gikwiye gutuma nkoresha gute ubuzima bwanje?

UBWAMI BWO MW’IJURU BUMEZE . . .