18-24 Ruhuhuma
ABAROMA 7-8
Ururirimbo rwa 27 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Woba ‘uvyiteganye umushasharo’?”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Rm 8:6—“Kugumiza umuzirikanyi ku vy’umubiri” bitandukaniye he no “kugumiza umuzirikanyi ku vy’impwemu”? (w17.06 3)
Rm 8:26, 27—Yehova yishura gute “iminiho itavuzwe”? (w09 15/11 7 ing. 20)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Rm 7:13-25 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.
Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago. (th icigwa ca 6)
Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5 canke idashika) Hera ku gace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya, muce muyiganirako. (th icigwa ca 9)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nugume urindiranye umushasharo kandi wihanganye”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Dutegerezwa ‘kwiruka twihanganye’: Niwizigire ko uzotahukana intsinzi.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 55
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 124 n’isengesho