4-10 Ruhuhuma
ABAROMA 1-3
Ururirimbo rwa 88 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nugume umenyereza ijwi ryawe ryo mu mutima”: (Imin. 10)
[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu c’Abaroma.]
Rm 2:14, 15—Nta n’umwe adafise ijwi ryo mu mutima (lvs 18 ing. 6)
Rm 2:15—Nimba dushaka ko ijwi ryacu ryo mu mutima rituyobora neza dutegerezwa kurimenyereza (lvs 19-20 ing. 8-9)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Rm 3:4—Dushobora gute gutuma “Imana ibonek[a] ko ari inyakuri”? (w08 15/6 30 ing. 5)
Rm 3:24, 25—“Incungu yarishwe na Kristu Yezu” ishobora gute gupfuka “ibicumuro vyabaye kera”? (w08 15/6 29 ing. 6)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Rm 1:1-17 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Niwijukire gusoma no kwigisha: (Imin. 10) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Kuvuga nk’uwuyaga, muce muganira ku cigwa ca 2 c’agatabu Kwigisha.
Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w06 1/6 12-13—Umutwe: Nubone mu buryo bubereye ivyo udashoboye be n’ivyo abandi badashoboye. (th icigwa ca 7)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Woba ubona kamere zitaboneka z’Imana?”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Ibitangaza vy’irema birahishura ubuninahazwa bw’Imana: Umuco n’amabara.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 53
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 142 n’isengesho