16-22 Rusama
ZABURI 11-18
Ururirimbo rwa 106 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ni nde yoba umushitsi mw’ihema rya Yehova?”: (Imin. 10)
Zb 15:1, 2
—Dukwiye kuvuga ukuri mu mutima wacu (w03 1/8 13 ing. 18; w09 15/6 16 ing. 5) Zb 15:3
—Dukwiye kuvuga ibigororotse (w06 15/5 19 ing. 2; w14 15/2 23 ing. 10-11) Zb 15:4, 5
—Dukwiye kuba intahemuka mu ngeso zacu zose (w06 15/5 19 ing. 3; w14 15/2 23 ing. 12-13; w14 15/3 32 ing. 2)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Zb 11:3
—Uyu murongo usobanura iki? (w06 15/5 18 ing. 3; w05 15/5 32 ing. 2) Zb 16:10
—Ubu buhanuzi bwarangukiye gute kuri Yezu Kristu? (w11 15/8 16 ing. 19; w05 1/5 14 ing. 9) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zaburi 18:1-19
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) wp16.3 16
—Soma icanditswe ukoresheje akuma ngendanwa. Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) wp16.3 16
—Soma ivyanditswe ukoresheje JW Library kugira ngo uwo muganira avuga urundi rurimi yibonere ingene bivuga mu rurimi rwiwe. Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 100-101 ing. 10-11
—Nucishemwo wereke inyigisho yawe ingene yokoresha JW Library mu gutora inyishu y’ikibazo yabajije.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Ingene wokoresha JW Library”
—Igice ca 1: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana akavidewo kavuga ngo Koresha utuntu tugufasha kugaruka aho wasomye n’akavuga ngo Koresha urutonde rw’ivyo uheruka kwugurura, mwongere mutuganireko gatoyi. Nimuce mwihweza agatwe ka mbere n’aka kabiri muri ico kiganiro. Saba abumviriza bavuge ubundi buryo boba barakoresheje JW Library mu kwiyigisha no ku makoraniro. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 15 ing. 15-26, n’isubiramwo ry’ikigabane
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 43 n’isengesho