Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

2-8 Rusama

YOBU 38-42

2-8 Rusama

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Gusengera abandi birahimbara Yehova”: (Imin. 10)

    • Yb 42:7, 8—Yehova yasavye Yobu gusengera Elifazi, Biludadi na Zofari (w13 15/6 21 ing. 17; w12 15/10 16 ing. 15)

    • Yb 42:10—Aho Yobu amariye kubasengera, Yehova yaramukijije (w06 15/8 28 ing. 13)

    • Yb 42:10-17—Yehova yarahezagiye cane Yobu kubera ukwizera kwiwe n’ukwihangana kwiwe (w06 1/2 20 ing. 18-19)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yb 38:4-7—“Inyenyeri zo mu gitondo” ni bande kandi ni igiki tubaziko? (bh 97 ing. 3)

    • Yb 42:3-5—Dushobora gute kubona Imana nk’uko Yobu yayibonye? (w15 15/10 7-8 ing. 16-17)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yb 41:1-26

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Guhana ijambo. Kuri buri buryo bwo gutanguza ibiyago, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Igihe muriko muravuga ibijanye no gukoresha akuma ngendanwa, nubibutse ko hari ikiganiro muzokwihweza kivuga ngo “Ingene wokoresha JW Library.” Nubibutse kandi gushira kuri raporo ya buri kwezi incuro berekanye amavidewo mu ndimiro. Nuremeshe abamamaji kwitegurira uburyo bwabo bwo gutanguza ibiyago.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 60

  • Woba ukoresha JW Library?”: (Imin. 15) Nimwiheze ico kiganiro mu minota itanu ya mbere. Hanyuma murabe akavidewo kavuga ngo Koresha “JW Library” mwongere mukaganireko gatoyi. Nimubigenze gutyo no ku kavidewo kavuga ngo Ingene wovoma n’ingene wokoresha ivyasohowe be n’akavuga ngo Ingene wotunganya “JW Library.” Remesha abo vyoshobokera bose gushira JW Library mu twuma twabo no kuvoma ivyasohowe n’umushumba imbere y’uko ikiganiro kivuga ngo “Ingene wokoresha JW Librarygishikirizwa mu ndwi yo ku wa 16 Rusama.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 14 ing. 14-22, n’isubiramwo ry’ikigabane

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 77 n’isengesho