AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Rusama 2018
Ingene twotanguza ibiyago
Ibiyago vyerekeye kazoza k’abantu be n’isi.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Tora igiti cawe co kubabarizwako hanyuma ugume unkurikira
Kubera iki dukwiye kwamizako mu bijanye no gusenga, kwiga Bibiliya, kwamamaza no kwitaba amakoraniro?
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Fasha abana bawe gukurikira Kristu
Abavyeyi bofasha gute abana babo kwegurira ubuzima bwabo Yehova Imana maze bakabatizwa?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Iyerekwa rikomeza ukwizera
Intumwa Petero yungukiye gute kuri rya yerekwa aho Yezu yahinduka ukundi? Twungukira gute ku buhanuzi bwo muri Bibiliya?
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Ico Imana yaboheye ku ngǒgo imwe . . . ”
Abakirisu bubatse barafatana uburemere indagano bagize. Abagabo n’abagore barashobora gutsinda ingorane zokwaduka mu gushira mu ngiro izi ngingo ngenderwako zo muri Bibiliya.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yatiburiyeyo vyinshi gusumvya abo bose
Ni ivyigwa bihambaye ibihe twigira ku nkuru y’umupfakazi w’umworo yatanze uduceri tubiri tw’agaciro gatoyi cane?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Niwirinde kugwa mu mutego wo gutinya abantu
Kubera iki intumwa zitashikamye igihe ibintu vyakomera? Yezu amaze kuzuka, ni igiki cafashije intumwa zari zarigaye kwamamaza naho bazirwanya?
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Yehova azogufasha guhera ubwoba
Vyoba bishika ugatinya kubwira abandi ko uri Icabona ca Yehova? Nimba bishika, woronka gute ubutinyutsi bwo kuvuga ivyerekeye Yehova?