Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

7-13 Rusama

MARIKO 7-8

7-13 Rusama

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Tora igiti cawe co kubabarizwako hanyuma ugume unkurikira”: (Imin. 10)

    • Mr 8:34​—Kugira ngo dukurikire Kristu, dutegerezwa kwiyanka (nwtsty amakuru adufasha kwiga; wRU 8/92 10 ing. 14)

    • Mr 8:35-37​—Yezu arabaza ibibazo bibiri bituma tuzirikana, bidufasha kwitunira ku bintu bihambaye (w08 15/10 25-26 ing. 3-4)

    • Mr 8:38​—Kugira dukurikire Yezu, turakeneye umutima rugabo (jy rup. 143 ing. 4)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya (Imin. 8)

    • Mr 7:5-8​—Kubera iki Abafarizayo barazwa ishinga n’ibijanye no gukaraba? (w16.08 30 ing. 1-4)

    • Mr 7:32-35​—Ukuntu Yezu yitwararitse umugabo w’igipfamatwi bitwigisha iki? (w00 1/3 10 ing. 9-11)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mr 7:1-15

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU