Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

10-16 Rusama

GUHARŪRA 30-31

10-16 Rusama

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Nushitse indagano wagize”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Gh 30:10-12​—Twemezwa n’iki ko Elikana yashigikiye indagano ya Hana yo gutanga Samweli mu murimo wa Yehova? (1Sm 1:11; it-2 1203 ing. 4)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gh 30:1-16 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 5

  • Ivyaremwe biratwigisha ukwihangana: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo. Nuce ubaza ibibazo bikurikira kuri buri giti canke igikoko cavuzwe muri iyo videwo. Ico caremwe kitwigisha iki ku bijanye n’ukwihangana? Twogaragaza gute mwene ukwo kwihangana mu buzima bwacu bwa gikirisu?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 8 ing. 8-13; soma akajambo ko ku mpera ka 22

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 45 n’isengesho