UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Nushitse indagano wagize
Naho Abisirayeli bagira indagano ku bushake, babwirizwa kuzishitsa (Gh 30:2; it-2 1164)
Indagano zirajamwo ivyo umuntu yirinda ariko ubwavyo atari bibi (Gh 30:3, 4; it-2 1164)
Muri iki gihe, Yehova agirana indagano n’abasavyi biwe umwe wese ukwiwe (Gh 30:6-9; w04 1/8 27 ing. 3)
Indagano zibiri nyamukuru abakirisu bagira muri iki gihe ni indagano y’ukwiyegura n’iy’ukwabirana.
NIWIBAZE UTI: ‘Noba mbaho nshitsa ivyo nasezeranye?’