Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

17-23 Rusama

GUHARŪRA 32-33

17-23 Rusama

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Mwirukane ababa muri ico gihugu bose”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Gh 33:54​—Imiryango ya Isirayeli yahabwa gute amatongo? (it-1 933 ing. 6)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gh 32:28-42 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU