28 Ruheshi–4 Mukakaro
GUSUBIRA MU VYAGEZWE 9-10
Ururirimbo rwa 49 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Hari ikindi Yehova Imana yawe agusaba?”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gus 9:1-3—Naho bene Anaki bari abantu “bakomeye kandi barebare,” ni kubera iki Abisirayeli batari bakwiye kubatinya? (it-1 115)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gus 10:1-22 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nuce umuha kimwe mu bitabu dukoresha mu kwigisha. (th icigwa ca 3)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? (th icigwa ca 9)
Inyigisho: (Imin. 5) fg icigwa ca 12 ing. 4-5 (th icigwa ca 18)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Gukina ama jeux: Woba uriko uratsinda nk’uko uvyibaza?: (Imin. 7) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ama jeux yoshobora gute kukwiba umwanya? Ni ibintu ibihe mu buzima bihambaye kuruta ama jeux? (Ef 5:15, 16) Ama jeux uhitamwo ahishura gute ico uri koko? Wokora iki kugira utsinde vy’ukuri?
“Nufate ingingo ziranga ubukerebutsi ku vyerekeye inzoga”: (Imin. 8) Guhana ijambo. Erekana akavidewo kavuga ngo Nuzirikane imbere yo kunywa.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 10 ing. 1-8
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 80 n’isengesho