Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

3-9 Rusama

GUHARŪRA 27-29

3-9 Rusama

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya mugihura: (Imin. 5) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Mugihura: Umugambi w’Imana​—It 1:28. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.

  • Mugihura: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 4)

  • Insiguro: (Imin. 5) w07 1/4 17-18​—Umutwe: Ni ibiki bituma amashikanwa n’ibimazi bihimbara Yehova? (th icigwa ca 16)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 82

  • Nube umugenzi wa Yehova​—Nukunde mugenzawe: (Imin. 6) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo. Nimba bishoboka, nuce ubaza abana wacaguye, uti: Kubera iki abandi bana kw’ishure binuba Priya? Soniya yagaragarije gute urukundo Priya? Wogaragariza gute urukundo abo mutameze kumwe?

  • Umugenzi nyakuri ameze gute?: (Imin. 9) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ukwiye kwisunga iki mu guhitamwo umugenzi? Wokura he umugenzi mwiza? Wokora iki kugira ubugenzi bukomere?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 8 ing. 1-7

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 1 n’isengesho