31 Rusama–6 Ruheshi
GUSUBIRA MU VYAGEZWE 1-2
Ururirimbo rwa 125 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“‘Urubanza ni urw’Imana’”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gus 1:19; 2:7—Yehova yitwararitse gute abasavyi biwe mu myaka 40 bamaze baca mu ‘gahinga kanini kandi gateye ubwoba’? (w13 15/9 9 ing. 9)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gus 1:1-18 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 16)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Muhe ubutumire bw’ikoraniro, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga. (th icigwa ca 11)
Insiguro: (Imin. 5) w13 15/8 11 ing. 7—Umutwe: Niwirinde kuvuga canke kwumviriza amajambo aca intege. (th icigwa ca 13)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nugume witeguye muri iki kiringo ca nyuma c’‘imisi ya nyuma’”: (Imin. 15) Ikiganiro co guhana ijambo gishikirizwa n’umukurambere. Erekana ividewo ivuga ngo Woba witeguriye icago c’icaduka? Numenyeshe ivyibukijwe bivuye ku biro vy’ishami canke ku nama y’abakurambere nimba bihari.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 9 ing. 1-8; soma akajambo ko ku mpera ka 23
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 31 n’isengesho