7-13 Ruheshi
GUSUBIRA MU VYAGEZWE 3-4
Ururirimbo rwa 98 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Amategeko ya Yehova arangwa n’ubukerebutsi n’ubutungane”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gus 4:23—Intumbero y’iryo tegeko yari iyihe? (w04 15/9 25 ing. 3)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gus 3:1-13 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
“Nukore ivyotuma wongereza umunezero mu busuku—Kwigisha ushwashwanutse”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Niwironkere umunezero wo guhindura abantu abigishwa: Nuryohore ubuhanga bwawe—Kwigisha ushwashwanutse.
Inyigisho: (Imin. 5) fg icigwa ca 5 ing. 1-2 (th icigwa ca 11)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 9 ing. 9-17; soma akajambo ko ku mpera ka 24
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 49 n’isengesho