Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Amategeko ya Yehova arangwa n’ubukerebutsi n’ubutungane

Amategeko ya Yehova arangwa n’ubukerebutsi n’ubutungane

Igihe tugamburutse amategeko y’Imana, tuba tugaragaje ubukerebutsi n’ugutahura (Gus 4:6; it-1 1199 ing. 2)

Benshi iyo bitegereje ivyo dukora baratahura ko amategeko y’Imana arangwa n’ubukerebutsi (Gus 4:6; w99 1/11 20 ing. 6-7)

Abasavyi ba Yehova babayeho bahimbawe kuruta ayandi mahanga (Gus 4:7, 8; w07 1/8 29 ing. 13)

Abantu benshi iyo babonye ingeso nziza z’abisunga amategeko y’Imana baca bumva bipfuje kuza mw’ishirahamwe rya Yehova.

Ni imihezagiro iyihe wironkeye kubera wisunze ubuyobozi buranga ubukerebutsi Yehova aturonsa?