13-19 Ruheshi
2 SAMWELI 11-12
Ururirimbo rwa 121 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ntureke ngo ivyipfuzo bibi bikuganze”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Sm 12:13—Ni imvo zimwezimwe izihe zatumye Yehova atica Dawidi na Batisheba? (it-1 600 ing. 6)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Sm 11:1-15 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Numusabe mutangure kwiga Bibiliya mukoresheje agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera. (th icigwa ca 11)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera, maze utanguze inyigisho ku cigwa ca 01. (th icigwa ca 13)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 05, iciyumviro ca 5 (th icigwa ca 15)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nugume ucungera ivyipfuzo vyawe”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Niwirinde itabi.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 08
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 28 n’isengesho