Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Twigira iki ku “Karirimbo k’intimba k’Umuheto”?

Twigira iki ku “Karirimbo k’intimba k’Umuheto”?

[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca 2 Samweli.]

Niwubahe abafise ubukuru (2Sm 1:17, 18, 23, 24; w00 1/7 9 ing. 9)

Ntuhemukire abagenzi (2Sm 1:25, 26; w12 15/4 10 ing. 8)

NIWIBAZE UTI: ‘Nokwerekana gute ko nubaha abakurambere b’ishengero? Nokwerekana gute ko ndi intahemuka ku bakirisu bagenzanje?’