Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

2-8 Rusama

1 SAMWELI 27-29

2-8 Rusama

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 129

  • Nushikame mu gihe c’uruhamo: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza abumviriza uti: Twigira iki ku karorero k’abavukanyi bacu bo mu Budagi bw’Abanazi? Twigira iki ku karorero k’abavukanyi bacu bo mu Burusiya no mu cahoze citwa Leta Zunze Ubumwe z’Abasoviyeti?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 02

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 94 n’isengesho