Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ubuhinga Dawidi yakoresha mu ntambara

Ubuhinga Dawidi yakoresha mu ntambara

Dawidi yarahunze Sauli (1Sm 27:5-7; it-1 71)

Dawidi yarakingiye imbibe za Yuda (1Sm 27:8, 9; w21.03 4 ing. 8)

Dawidi ntiyahishuriye akantu kose Akishi (1Sm 27:10-12; it-2 255 ing. 6)

Muri iki gihe abategetsi boshobora kubuza igikorwa cacu c’Ubwami, bakanatubaza ivy’abavukanyi bacu. Muri ivyo bihe, biraranga ubukerebutsi kuguma tunumye kugira ntidushire mu kaga abavukanyi bacu.​—Img 10:19; 11:12; Ums 3:7.