20-26 Ruheshi
2 SAMWELI 13-14
Ururirimbo rwa 127 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ubwikunzi bwa Amunoni bwarakweze ingorane”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Sm 14:25, 26—Akarorero ka Abusalomu katwigisha iki ku bijanye n’ubwiza nyakuri? (g04 22/12 8-9)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Sm 14:8-20 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nuce umuha ikinyamakuru cishura ikibazo yabajije. (th icigwa ca 12)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umutumira ku makoraniro. (th icigwa ca 18)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 05, iciyumviro ca 6 n’agace kavuga ngo “Hari abavuga bati” (th icigwa ca 18)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nukoreshe igitabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera kugira ufashe abandi kwizera Yehova na Yezu”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Nufashe abandi kwizera Yehova ukoresheje “Urashobora kwiberaho ibihe bidahera” n’iyivuga ngo Nufashe abandi kwizera Yezu ukoresheje “Urashobora kwiberaho ibihe bidahera.”
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 09
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 47 n’isengesho