Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nugume utinya gukora ibidahimbara Yehova

Nugume utinya gukora ibidahimbara Yehova

Gukora ibintu ubitumwe n’imvo nziza ntibihindura ivyo Yehova asaba (2Sm 6:3-5; w05 15/5 17 ing. 8)

Uza yararenze Itegeko ry’Imana (2Sm 6:6; w05 1/2 27 ing. 20)

Yehova yarahanye Uza kubera yakoze igikorwa c’ukudatinya Imana (2Sm 6:7; w05 1/2 27 ing. 21)

NIWIBAZE UTI: ‘Mu buzima bwanje, nokwerekana gute ko ntinya gukora ibidahimbara Yehova?’​—Img 3:7