27 Ruheshi–3 Mukakaro
2 SAMWELI 15-17
Ururirimbo rwa 123 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Abusalomu yaragararije kubera ubwibone”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Sm 16:4—Ingingo Dawidi yafashe gihutihuti tuyigirako iki? (w18.08 6 ing. 11)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Sm 17:17-29 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 7)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 2)
Insiguro: (Imin. 5) w09 15/5 27-28—Umutwe: Niwigane umwete wa Itayi mu busuku.—2Sm 15:19-22. (th icigwa ca 13)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)
“Urukundo . . . ntirwivyimvya”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Mwibuke ko urukundo . . . rutivyimvya.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 10
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 87 n’isengesho