30 Rusama–5 Ruheshi
2 SAMWELI 7-8
Ururirimbo rwa 22 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yehova agiranira isezerano na Dawidi”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Sm 8:2—Kuba Dawidi yaratsinze Abanyamowabu vyashikije gute ubwo buhanuzi? (it-1 623 ing. 2)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Sm 7:1-17 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na mugihura ariko ubihuze n’ikintu giheruka kuba. Nuce umuha ikinyamakuru cishura ikibazo yabajije. (th icigwa ca 13)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo ariko ubihuze n’ikintu giheruka kuba. Numubwire ko twigisha Bibiliya ku buntu, uce umuha agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 18)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 04: Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira (th icigwa ca 8)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 10)
“Mu ndimiro nukoreshe ibintu biheruka kuba”: (Imin. 5) Guhana ijambo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 06
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rushasha rwo mw’ihwaniro ryo mu 2022 n’isengesho