Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

6-12 Ruheshi

2 SAMWELI 9-10

6-12 Ruheshi

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Dawidi yaragaragaje urukundo rudahemuka”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • 2Sm 10:4, 5​—Kubera iki ivyo Hanuni yakoze kari agatukisha ku bagabo b’Abisirayeli? (it-1 270)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Sm 9:1-13 (th icigwa ca 12)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 116

  • Mwibuke ko urukundo . . . rugira ubuntu: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ni gute Dawidi yagaragarije ubuntu Mefibosheti? Twogaragariza gute ubuntu n’urukundo rudahemuka abandi?

  • Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 10) Nimurabe ividewo yo muri Ruheshi ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 07

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 1 n’isengesho