Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Dawidi yaragaragaje urukundo rudahemuka

Dawidi yaragaragaje urukundo rudahemuka

Dawidi yararondeye umuntu yoshobora kugaragariza urukundo rudahemuka (2Sm 9:1; w06 15/6 14 ing. 6)

Dawidi ntiyatebaganye gufasha Mefibosheti (1Sm 20:15, 42; 2Sm 9:5-7; w05 15/5 17 ing. 12)

Dawidi yarajeje Ziba igikorwa co kwitwararika intoranwa ya Mefibosheti (2Sm 9:9, 10; w02 1/3 10 ing. 10)

Dawidi ntiyibagiye ivyo yasezeraniye Yonatani. Turakwiye kugaragariza urukundo rudahemuka abo dusangiye ukwemera.​—Zb 41:1, 2; Img 19:17.