9-15 Rusama
1 SAMWELI 30-31
Ururirimbo rwa 8 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Niwikomeze biciye kuri Yehova Imana yawe”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Sm 30:23, 24—Twigira iki kuri iyo nkuru? (w05 15/3 24 ing. 9)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Sm 30:1-10 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Usubiyeyo: Imibabaro—1Yh 5:19. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Usubiyeyo: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na usubiyeyo. (th icigwa ca 8)
Usubiyeyo: (Imin. 5) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera, maze utanguze inyigisho ku cigwa ca 01. (th icigwa ca 16)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nube umugenzi wa Yehova: Senga igihe cose: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nimba bishoboka, nuce ubaza abana batoyi wacaguye uti: Kubera iki ukwiye gusenga Yehova? Wosenga ryari na ryari? Womubwira iki mw’isengesho?
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 10)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 03
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 95 n’isengesho