UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Niwikomeze biciye kuri Yehova Imana yawe
Abamaleki baraturiye Zikulagi bongera baratwara abantu ari imbohe (1Sm 30:1, 2)
Dawidi n’abantu biwe barababaye cane (1Sm 30:3-5; w06 1/8 28 ing. 12)
Dawidi yarikomeje biciye kuri Yehova (1Sm 30:6; w12 15/4 30 ing. 14)
IVYO KUZIRIKANAKO: Iyo mbabaye, ni nde nitura ngo ampe inkomezi?