NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ingene twotanguza ibiyago
MUGIHURA
Ikibazo: Ubona gute Bibiliya?
Icanditswe: Rm 15:4
Ubukurikira: Ni igiki Bibiliya isezerana gitanga icizigiro?
USUBIYEYO
Ikibazo: Ni igiki Bibiliya isezerana gitanga icizigiro?
Icanditswe: Ivy 21:3, 4
Ubukurikira: Dushobora gute gutahura Bibiliya?