Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nube isoko ry’indemesho mu bihe vy’ingorane

Nube isoko ry’indemesho mu bihe vy’ingorane

Senakeribu yarashwaye Yuda yongera yugariza Yeruzalemu (2Ng 32:1; it-1 212 ing. 6)

Hezekiya yarafashe ingingo zo gukingira Yeruzalemu (2Ng 32:2-5; w13 15/11 19 ing. 12)

Hezekiya yaravuze amajambo akomeza abasavyi b’Imana (2Ng 32:6-8; w13 15/11 19 ing. 13)

NIWIBAZE UTI: ‘Nofasha gute abavukanyi mu bihe bigoye?’