UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yehova araha impera ibikorwa biranga umutima rugabo
Yehoshabeyati n’umugabo wiwe Yehoyada baranyegeje Yehowasi ngo Ataliya ntamwice (2Ng 22:11, 12; w09 1/4 24 ing. 1-2)
Yehoyada yaragize ico akoze abigiranye umutima rugabo kugira yimike Yehowasi (2Ng 23:1-11, 14, 15; w09 1/4 24 ing. 3-5)
Yehoyada yaratewe iteka ridasanzwe ryo guhambwa hamwe n’abami (2Ng 24:15, 16; it-1 776 ing. 8)
IVYO KUZIRIKANAKO: Ni mu mice iyihe ijanye no gusenga Yehova noshima kugaragazamwo umutima rugabo?